Abanyagihugu barimyi borozi basabwa gufatira akarorero ku mboneza mu kurima n'ukworora kijambere, bakabakurikira kugira nabo bagwize umwimbu. Gélase Daniel NDABIRABE arongoye Inama Nshingamateka y'Uburundi yabimenyesheje kuri uwu wa kabiri aho yagendera Umugwizambuto MAZURU Jacques mu ntara ya #Makamba komine #Kayogoro.
الفئة
عرض المزيد
تعليقات - 7
مقاطع الفيديو ذات الصلة على Makamba : Abarimyi borozi basabwa gufatira akarorero ku mboneza mu kurima n'ukworora kijambere: